ENVIAR LETRAS
Top 100
Lançamentos de álbuns
Artistas
Comunidade
francês
Espanhol
Português
corrija a letra Letra
MUTO
por
DO NOT USE IN EMPTY FIELDS
Retornar
Letra
#MUTO# Buraca bugacana ayandi Ndamuzi sinkishakira ahandi Ko ataco nahisha abavyeyi ubundi Nibabona ntanguye t***undi Ntibazotinya ko ntahana ibindi (Nibabona ntanguye t***undi Ntibazotinya ko ntahana ibindi?) Ntaco atazi vyose arabizi Mbibwire abavyeyi canke bombuza Gukundana nawe ko nkiri mutoya (mutoya) Yeah heeee yeah heeeee yeah he he yeahhhh Baramuzi ntaco bamunenga Kandi iyo mubonye Ari kumwe n'abandi Ndababara cane sinihishire mbabazwa nuko Yooo Ntaco atazi vyose arabizi Mbibwire abavyeyi canke bombuza Gukundana nawe ko nkiri mutoya (mutoya)
vídeo de música
Seu nome será publicado. Deixe os campos em branco para permanecer anônimo.
Enviar
Modal title
×
Adicionar mídia
Video URL?
(YouTube, Vimeo, Instagram, DailyMotion, Soundcloud)
×
Lembre de mim
Senha perdida
Entrar
Registrarse